chat    1    MAIL  posted   QUIT  

 my PROFILE    my PHOTO    SEARCH members    CREATE new lesson    READ lessons   TRANSLATE 

CONNECTED MEMBERS : 


Kirundi lessons

lessons (created by members)

 Kirundi - famille 

Famille : umuryango

mère : nyokowawe
père : umuvyééeyi
parent : agacuti, incuti

enfant : umurerwa, umwáana
fille : umukoobwa
fillette : agakoobwa
garçon : umuhuungu

sœur et frère : umuvuukanyi
petit-fils et petite-fille : umwuúzukuru

 comment >    2015 MAY-27 03:20 (by Maryse)
 
 Kirundi - greetings 

Good morning - mwaramutse
Good afternoon - mwiriwe
Good evening - mwiriwe

 comment >    2013 OCT-19 10:27 (by Ntibuberwa)
 
 Kirundi - la famille 

la personne - umuntu
les personnes - abantu
l'humanité - ubuntu

le vieil homme - umutama
la vieille femme - umutamakazi

l'homme - umugabo
la femme - umugore

le jeune homme - umuhungu
la jeune femme - umukobwa

le petit garçon - umuzore
la petite fille - inkumi

le garçon - umwana, kayoya
les garçons - abana

les hommes du Burundi - abarundi
l'homme noir (de couleur) - umwirabure

l'homme blanc - umuzungu
les hommes blancs - bazungu
la femme blanche - umuzungukazi

l'ami - umugenzi
le professeur - umwigisha, umwalimu [langue swahili]
l'étudiant - umwigishwa

 comment >    2011 NOV-24 15:39 (by Cyprien)
 
 Kirundi - la maison 

la maison - inzu

la cuisine - igikoni
la table - imeza
la chaise - intebe

la chambre - ishure
la lampe - itara
la lumière - umuco, amatara

 comment >    2011 NOV-24 16:34 (by Cyprien)
 
 Kirundi - la nature 

le soleil - izuba
la lune - ukwezi

la tempête - ikivura
la pluie - imvura

la montagne, colline - umusozi
les montagnes, collines - imisozi
la roche, le rocher - ikibuye
les roches, les rochers - ibibuye

le lac - ikiyaga
la rivière, fleuve - urizi
les rivières, fleuves - inzuzi

le chemin, la route - ibarabara

 comment >    2011 NOV-24 17:42 (by Cyprien)
 
 Kirundi - la nature - les animaux 

le chien - inga, imbga
le chat - akayabo

le taureau - imfizi, ishuri
la vache - inha, inka
le bouc, la chèvre - impene
le mouton, la brebis - intama
le coq, la poule - inkoko

le singe - inkende
l'hippopotame - imvubu
le crocodile - ingona
le serpent (python) - isato

le moustique - umubu

 comment >    2011 NOV-24 15:49 (by Cyprien)
 
 Kirundi - le temps 

hier, demain - ejo
aujourd'hui - uyu munsi
maintenant - ubu, ubunyene

l'heure, la montre - isaha
tôt - vuba
tard - hanyuma

l'aube, l'aurore (au chant du coq) - munkoko
le matin - igitondo
le jour - (k)umurango, umusi
le soir - umugoroba
la nuit - mwijoro
minuit - igicu

l'an, l'année - umwaka
ans, les années - imyaka

 comment >    2011 NOV-24 17:54 (by Cyprien)
 
 Kirundi - le temps - les jours de la semaine 

lundi - kuwambere
mardi - kuwa kabiri
mercredi - kuwa gatatu
jeudi - kuwa kane
vendredi - kuwa gatanu
samedi - kuwa gatandatu
dimanche - kuwa imana/mungu

Dieu - imana, mungu [langue swahili]

 comment >    2011 NOV-24 16:02 (by Cyprien)
 
 Kirundi - les couleurs 

marron : c'inzobe, c'umugina, c'akaga, ibi-hogo
marron clair : aka-gâjo, umu-yênzi

noir : aga-fyîri, umu-fyîri, umu-vyiro
gris : aga-hîza, uru-hîza, aka-vûzo, uru-vûzo
blanc : cera

jaune : umu-hôndo, umu-gina, umu-tugutu
jaune foncé : ibi-hogo
orange : umu-tugutu

bleu : aga-fyîri, umu-fyîri, umu-kata, c'ubururu
vert : aka-âtsi gatoto

 comment >    2011 NOV-24 19:54 (by Cyprien)
 
 Kirundi - les nombres 

1 rimwe
2 kabiri
3 gatatu
4 kane
5 gatanu
6 gatandatu
7 indwi
8 umunani
9 icenda

10 icumi
11 cumi na rimwe
12 cumi na kabiri
13 cumi na gatatu
14 cumi na kane
15 cumi na gatanu
16 cumi na gatandatu
17 cumi n'indwi
18 cumi n'umunani
19 cumi n'icenda

20 mirong'ibiri
30 mirong'itatu
40 mirong'ine
50 mirong'itanu
60 mirong'itandatu
70 mirong'indwi
80 mirong'umunani
90 mirong'icenda

100 ijana
200 amajana abiri
300 amajana atatu
400 amajama ane
500 amajama atanu
600 amajama atandatu
700 amajama indwi
800 amajama umunani
900 amajama icenda

1 000 igihumbi
100 000 iraki, ilaki

 comment >    2011 NOV-24 15:52 (by Cyprien)
 
 Kirundi - les pronoms personnels 

je - jewe
tu - wewe
il / elle - we

nous - twebwe
vous - mwelve
ils / elles - bo

 comment >    2011 NOV-24 16:27 (by Cyprien)
 
 Kirundi - les verbes 

être, vivre - kuba
dormir - kuyama
oublier - kwibagira

boire - kunywa
manger - kurya

nettoyer - guhanagura
laver (le corps) - kwoga
rincer (les mains / yeux) - ukaraba

parler - kubuga
écouter - kwumva
montrer, enseigner - kwereka
voir - kubona
savoir, connaître - kumenya

donner un ordre - kubika
faire - kugira
aller - kugenda
prendre - akira
apporter - gutwara
payer - kuriha
attendre - kurindira
finir - kumara

 comment >    2011 NOV-24 16:21 (by Cyprien)
 
 Kirundi - repas - les aliments, la nourriture 

la farine - ifu
le pain - umukate

le lait - amata
le yoghurt - urubu
le beurre, l'huile - amavuta

la viande - inyama
le poulet - inkoko
l'œuf - igi
les œufs - amagi

 comment >    2011 NOV-24 14:52 (by Cyprien)
 
 Kirundi - repas - les boissons 

l'eau - amazi
le thé - icayi
le café - ikawa

la bière, le vin - inzoga
la bière de sorgho (gros mil) - impeke
l'alcool de manioc - kanyanga, rutuku
l'alcool d'ananas - umunanasi, umuraha
l'alcool de banane - urwawa, urwarwa

 comment >    2011 NOV-24 15:08 (by Cyprien)
 
 Kirundi - repas - les couverts 

la bouteille - icupa
le verre / les verres - ikirahuri / ibirahuri

l'assiette, le plat - isahan [langue swahili]

la cuillère - ikiyiko
la fourchette - ifurshet [langue française]
le couteau - imbugita

 comment >    2011 NOV-24 13:59 (by Cyprien)
 
 Kirundi - repas - les fruits 

les fruits - ivyamwa

l'ananas - ananasi, inanasi
la banane - imihwi, igisaga
la banane plantain - ibitoke

le fruit de la passion - ibungo
les fruits de la passion - amabungo

la ''prune japonaise'' - itunda
les ''prunes japonaises'' - amatunda

l'orange - umucuhungwe, umucungwa
le citron - indimu

les cacahuètes - ivyema
le miel - ubuki

 comment >    2011 NOV-24 15:19 (by Cyprien)
 
 Kirundi - repas - les légumes 

les légumes - imboga

les pommes de terre - ibiraya
le riz - muceri

le haricot - igiharage
les haricots - ibiharage

la salade - isarata
le chou - ishu

le concombre - umuhiti
l'aubergine - intore
la tomate - inyanya, (itomati)

l'avocat - ivoka
les avocats - amavoka

 comment >    2011 NOV-24 17:11 (by Cyprien)
 
 Kirundi greetings 

bonjour: Yambu
bonjour : Mwaramutse
bonne soirée: umugoroba mwiza
bonne nuit: ijoro ryiza

au revoir: nagasaga
à la prochaine: tuzosubira

Je t'aime: Bdagukunda

Quel est ton nom ? : wintwa nde
Mon nom est ... : nitwa ...
un nom : izina

mademoiselle : umwigeme
madame : umugore
monsieur : umushingantahe

Comment allez-vous ? : amakuru
Bien : nimeza

Quel âge avez-vous ? : Ufisi imyaka ingahe
J'ai ... ans : mphise ...

s'il vous plaît : ndasavye
merci (beaucoup) : urakoze(cane)!

Vous comprenez ? Uravyumva
Je ne comprends pas : Sindavyumva

Je ne parle pas Kirundi : Ntakirundi mvuga
Parlez-vous anglais / français ?: muravuga icongereza cnake igifaransa

oui : ego
non : oya

désolé : mbabarira
pardon : ndasavye imbabazi

À l'aide ! Au secours ! : Ndakeneye imphashano

 comment >    2013 JAN-18 18:40 (by Norielle)